| Burundi Transparence | |
![]() | |
Site Menu:
| AmakuruTUBIBUTSE ADOLPHE NSHIMIRIMANA UWARIWE Le 21 févr.-08 Banyagihugu bo muma commune y’uburaruko bw’igisagara (Kinama ; Kamenge, Cibitoke na Buterere) nagomba ndabibutse Adolphe Nshimirimana uwariwe : Uyo mubisha rero mwumva ; aho abonye ifaranga umengo n’Umuha abonye ubwonko. Afadikanije n’abandi ba généraux : Ndayishimiye Evariste na Ntigurigwa Silas ; ntibigera barota ko intambara yohera mugihugu ; kuko bayungukiyemwo vyinshi ; uwoshaka kubimenya yobaza abanyagihugu bo mumicungararo ya RUTANA ; CANKUZO ; MAKAMBA n’ahandi ; aho abo bahemu nadondaguye bakuranwa mur’iyo micungararo mugusahura no kunyaga abanyagihugu : inka ; inkoko ; intungwa n’amafaranga vyabo Wawundi ngo agatoki kamenyereye gukomba kama gahese murumva ko n’ubu bahanura umukuru w’igihugu gusubiza abahoze k’urugamba mwishamba n’ikimenyamenya baherutse gutanga ibigwanisho mu kamenge no mu kinama ; ababironse barazwi ; ama nama nayo bagirishwa yirirwa aravurwa muma nsamirizi. Burundi Transparence
|
Burundi Transparence © 2007 | |